Kuvayo 22:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho. 2 Abami 2:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Amaherezo arahindukira, arababona hanyuma abahamagarirako akabi+ mw’izina rya Yehova. Maze idubu+ zibiri z’ingore zirasohoka zivuye mw’ishamba, zitabagura abana mirongo ine na babiri muri bo+.
13 Hamwe cotabagurwa koko n’igikoko+, abwirizwa kukizana bwa kimenyamenya+. Icatabaguwe n’igikoko ntazogitangira inshumbusho.
24 Amaherezo arahindukira, arababona hanyuma abahamagarirako akabi+ mw’izina rya Yehova. Maze idubu+ zibiri z’ingore zirasohoka zivuye mw’ishamba, zitabagura abana mirongo ine na babiri muri bo+.