Ezekiyeli 4:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.”
14 Ndaheza mvuga nti: “Yoo, ewe Mukama Segaba Yehova! Raba! Simpumanye+; eka kuva mu buto bwanje sinigeze ndya umuvyimba w’icamaze gupfa canke igikoko catabaguwe, gushika n’ubu+, kandi nta nyama ihumanye yigeze ija mu kanwa kanje+.”