Kuvayo 22:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 “Kandi mukwiye kuba abantu beranda kuri jewe+; ntimuze murire mw’ishamba inyama y’icatabaguwe n’igikoko+. Muze mugiterere imbwa+. Abalewi 7:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Ikinure c’umuvyimba w’icamaze gupfa be n’ikinure c’igikoko catabaguwe+, gishobora gukoreshwa ikindi kintu cose ciyumvirwa, mugabo ntimuze mukirye namba. Abalewi 11:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Kandi uwuriye+ ku muvyimba waco uwo ari wo wose azomesa impuzu ziwe, kandi ategerezwa kuba uwuhumanye gushika ku mugoroba. Uwutwaye umuvyimba waco azomesa impuzu ziwe, kandi ategerezwa kuba uwuhumanye gushika ku mugoroba.
31 “Kandi mukwiye kuba abantu beranda kuri jewe+; ntimuze murire mw’ishamba inyama y’icatabaguwe n’igikoko+. Muze mugiterere imbwa+.
24 Ikinure c’umuvyimba w’icamaze gupfa be n’ikinure c’igikoko catabaguwe+, gishobora gukoreshwa ikindi kintu cose ciyumvirwa, mugabo ntimuze mukirye namba.
40 Kandi uwuriye+ ku muvyimba waco uwo ari wo wose azomesa impuzu ziwe, kandi ategerezwa kuba uwuhumanye gushika ku mugoroba. Uwutwaye umuvyimba waco azomesa impuzu ziwe, kandi ategerezwa kuba uwuhumanye gushika ku mugoroba.