Abalewi 19:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+. Guharura 15:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ni ukugira ngo mwibuke hanyuma mushitse koko amabwirizwa yanje yose kandi mwerekane vy’ukuri ko muri beranda ku Mana yanyu+. 1 Petero 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,
2 “Vugana n’ikoraniro ryose rya bene Isirayeli, ubabwire uti: ‘Mukwiye kwerekana ko muri beranda+, kuko jewe Yehova Imana yanyu ndi mweranda+.
40 Ni ukugira ngo mwibuke hanyuma mushitse koko amabwirizwa yanje yose kandi mwerekane vy’ukuri ko muri beranda ku Mana yanyu+.