Gusubira mu vyagezwe 28:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova azogushimangira umubere igisata ceranda+, nk’uko yabikurahiye+, kuko ubandanya kugumya amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, kandi ukaba wagendeye mu nzira ziwe. Yesaya 62:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Kandi abantu ntibazobura kubita igisata ceranda+, abacunguwe na Yehova+; nawe ubwawe uzokwitwa Bironderwa, Igisagara Kitahebwe Buhere+. Abaroma 12:1 Bibiliya y’isi nshasha 12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+. Abaheburayo 12:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,
9 Yehova azogushimangira umubere igisata ceranda+, nk’uko yabikurahiye+, kuko ubandanya kugumya amabwirizwa+ ya Yehova Imana yawe, kandi ukaba wagendeye mu nzira ziwe.
12 Kandi abantu ntibazobura kubita igisata ceranda+, abacunguwe na Yehova+; nawe ubwawe uzokwitwa Bironderwa, Igisagara Kitahebwe Buhere+.
12 Ku bw’ivyo rero ndabinginga, bene wacu, ku bw’impuhwe z’Imana, ngo mushikirize imibiri+ yanyu nk’ikimazi+ kizima+, ceranda+, cemerwa ku Mana+, igikorwa ceranda+ kijana n’ububasha bwanyu bwo kwiyumvira+.
14 Mukurikirane ukugiranira amahoro n’abantu bose+, na kwa kwezwa+ ata wuzoshobora kubona Umukama atagufise+,