1 Abami 11:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 Nzotetereza uruvyaro rwa Dawidi kubera ivyo+, mugabo atari imisi yose+.’” Yesaya 54:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 “Naguhevye buhere akanya gatoyi+, mugabo nzokwegeraniriza hamwe mbigiranye imbabazi nyinshi+.