Itanguriro 49:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+. Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+. Luka 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,
10 Agakoni k’ubutware ntikazova kuri Yuda+, eka n’inkoni ya kizigenza ntizova hagati y’ibirenge vyiwe, gushika Shilo aje+; ni we ibisata vy’abantu bizogamburukira+.
11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.
32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,