ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yeremiya 23:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 “Ehe imisi iraje,” ni ko Yehova avuze, “kandi nzohagurukiriza Dawidi umunago ugororotse+. Kandi umwami azoganza koko+, akorane ukwiyubara yongere ashitse ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.

  • Yeremiya 33:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Muri iyo misi no muri ico gihe nzonagiriza Dawidi umunago ugororotse+, kandi azoshitsa koko ubutungane n’ubugororotsi mu gihugu+.

  • Zakariya 3:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 “‘Ndakwinginze wumve, ewe Yosuwa umuherezi mukuru, wewe na bagenzawe bicaye imbere yawe, kuko ari abagabo bakora bwa mburizi+; kuko raba, ngira ninjize umusavyi wanje+ Munago+!

  • Zakariya 6:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Uheze umubwire uti:

      “‘Ibi ni vyo Yehova nyen’ingabo avuze: “Ng’uwu umugabo+ yitwa Munago+. Azonagira mu kibanza ciwe bwite, kandi azokwubaka koko urusengero rwa Yehova+.

  • Ivyakozwe 13:23
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 23 Mu ruvyaro rw’uyo muntu+, nk’uko umuhango wayo wari, ni ho Imana yakuriye Isirayeli umukiza+, ari we Yezu,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika