2 Samweli 7:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+. Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.
12 Imisi yawe niyakwira+, maze ukabwirizwa kuryama hamwe na ba sogokuruza bawe+, emwe, nzohagurutsa rero uruvyaro* rwawe mu nyuma zawe, uruzova imbere muri wewe; kandi nzoshimangira koko ubwami bwiwe+.
11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.