Yesaya 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+. Zakariya 3:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Ndakwinginze wumve, ewe Yosuwa umuherezi mukuru, wewe na bagenzawe bicaye imbere yawe, kuko ari abagabo bakora bwa mburizi+; kuko raba, ngira ninjize umusavyi wanje+ Munago+! Luka 1:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,
11 Kandi agashami+ kazoshamika ata kabuza ku gishitsi ca Yese+; kandi mu mizi yiwe hazova umunago+ urondoka+.
8 “‘Ndakwinginze wumve, ewe Yosuwa umuherezi mukuru, wewe na bagenzawe bicaye imbere yawe, kuko ari abagabo bakora bwa mburizi+; kuko raba, ngira ninjize umusavyi wanje+ Munago+!
32 Uyo azoba mukuru+ kandi azokwitwa Umwana wa Musumbavyose+; kandi Yehova Imana azomuha intebe y’ubwami+ ya Dawidi se wiwe+,