Gusubira mu vyagezwe 26:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 kandi ko azogushira hejuru cane y’ayandi mahanga yose yaremye+, bivemwo ishemezo, izina ryiza n’ubwiza, niwerekana ko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+, nk’uko yasezeranye.” 1 Petero 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 mugabo, nk’uko wa Mweranda yabahamagara ari, namwe ubwanyu mube beranda mu ngeso zanyu zose+,
19 kandi ko azogushira hejuru cane y’ayandi mahanga yose yaremye+, bivemwo ishemezo, izina ryiza n’ubwiza, niwerekana ko uri igisata ceranda kuri Yehova Imana yawe+, nk’uko yasezeranye.”