Gusubira mu vyagezwe 4:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+? Gusubira mu vyagezwe 28:1 Bibiliya y’isi nshasha 28 “Kandi niwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe mu kuba maso ugashitsa amabwirizwa yiwe yose ndagutegetse uno musi+, Yehova Imana yawe rero ntazobura kugushira hejuru y’ayandi mahanga yo kw’isi+. Zaburi 148:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Kandi azoshira hejuru ihembe ry’abantu biwe+,Ishemezo ry’intahemuka ziwe zose+,Rya bene Isirayeli, abantu bari hafi yiwe+.Shemeze Ya+!
8 Kandi ni ihanga rikomeye irihe rifise ingingo nyobozi zigororotse n’ingingo z’ubutungane nk’iri tegeko ryose ndiko nshira imbere yanyu uno musi+?
28 “Kandi niwumviriza koko ijwi rya Yehova Imana yawe mu kuba maso ugashitsa amabwirizwa yiwe yose ndagutegetse uno musi+, Yehova Imana yawe rero ntazobura kugushira hejuru y’ayandi mahanga yo kw’isi+.
14 Kandi azoshira hejuru ihembe ry’abantu biwe+,Ishemezo ry’intahemuka ziwe zose+,Rya bene Isirayeli, abantu bari hafi yiwe+.Shemeze Ya+!