ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abaroma 6:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Ndiko mvuga nkoresheje amajambo y’abantu kubera ubugoyagoye bw’umubiri wanyu+: kuko nk’uko mwashikirije ibihimba vyanyu+ ngo bibe abashumba b’ubuhumane+ n’ubugarariji ngo mukore ivy’ubugarariji, n’ubu nimushikirize ibihimba vyanyu ngo bibe abashumba b’ubugororotsi ngo mukore ivy’ubweranda+.

  • 1 Abatesalonika 4:4
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 4 umwe wese muri mwebwe akamenya kuganza umubiri*+ wiwe bwite mu kwezwa+ no mw’iteka,

  • Abaheburayo 10:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Biciye kuri ukwo “kugomba+” kuvuzwe, twarejejwe+ tubikesheje ugushikanwa+ kw’umubiri wa Yezu Kristu rimwe+ rizima.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika