Zaburi 40:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+. Abagalatiya 1:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Yaritanze ku bw’ibicumuro vyacu+ kugira aturokore mu vy’iki gihe* kibi+, nk’uko ukugomba+ kw’Imana yacu ikaba na Data kuri;
8 Gukora ukugomba kwawe, ewe Mana yanje, ni vyo vyampimbaye+,Kandi itegeko ryawe riri imbere muri jewe+.
4 Yaritanze ku bw’ibicumuro vyacu+ kugira aturokore mu vy’iki gihe* kibi+, nk’uko ukugomba+ kw’Imana yacu ikaba na Data kuri;