ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Yohani 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Iyo muba ab’isi, isi yokunze cane icayo+. Ariko kubera ko mutari ab’isi+, mugabo nkaba nabatoye mw’isi, ni co gituma isi ibanka+.

  • Abaroma 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi mureke gushushanywa n’ivy’iki gihe*+, ahubwo muhindurwe mu guhindura umuzirikanyi wanyu ukaba musha+, kugira mwiyemeze neza+ ukugomba+ kw’Imana kwiza, kwemerwa kandi kutagira akanenge ukwo ari kwo.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika