1 Abatesalonika 4:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kuko ico Imana igomba ari iki: ni uko mwezwa+, mukirinda ubusambanyi+, Ivyahishuwe 4:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”
11 “Urabereye, Yehova, egome wewe Mana yacu, kuronka ubuninahazwa+ n’iteka+ n’ububasha+, kubera ko waremye vyose+, kandi kubera ukugomba kwawe+ vyarabayeho, biraremwa+.”