Matayo 5:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru. Ivyahishuwe 14:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”
16 Namwe nyene mureke umuco+ wanyu wakire imbere y’abantu, kugira babone ibikorwa vyanyu vyiza+ hanyuma baninahaze+ So ari mw’ijuru.
7 avuga n’ijwi rirenga ati: “Nimutinye Imana+ kandi muyihe ubuninahazwa+, kuko isaha y’urubanza rwayo ishitse+; ku bw’ico rero nimusenge Uwaremye+ ijuru n’isi n’ikiyaga n’amasôko y’amazi+.”