Zaburi 19:1 Bibiliya y’isi nshasha 19 Amajuru amenyesha ubuninahazwa bw’Imana+;Ikirere na co kivuga igikorwa c’amaboko yayo+. Abaroma 11:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Kubera ko vyose biriho bivuye kuri we, bigizwe na we, no ku bwiwe+. Ubuninahazwa bube ubwiwe ibihe vyose+. Amen. Yuda 25 Bibiliya y’isi nshasha 25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+. Ivyahishuwe 4:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+,
36 Kubera ko vyose biriho bivuye kuri we, bigizwe na we, no ku bwiwe+. Ubuninahazwa bube ubwiwe ibihe vyose+. Amen.
25 ya Mana imwe yonyene ikaba n’Umukiza wacu+ biciye kuri Yezu Kristu+ Umukama wacu, ubuninahazwa+, ubukuru, ubushobozi+ hamwe n’ububasha+ bibe ivyayo mu bihe bidahera vyarenganye+, n’ubu no gushika ibihe bidahera+. Amen+.
9 Kandi igihe cose nya binyabuzima bihaye ubuninahazwa n’iteka n’ugukenguruka+ Umwe yicaye kuri ya ntebe y’ubwami+, Umwe abaho ibihe bitazoshira+,