-
Daniyeli 4:34Bibiliya y’isi nshasha
-
-
34 “Maze iyo misi iheze+, jewe Nebukadinezari nunamurira amaso yanje mu majuru+, hanyuma ubwenge bwanje butangura kungarukako; ndaheza mpezagira Musumbavyose+, ndashemeza nongera ndaninahaza+ Umwe abaho gushika igihe kitagira urugero, kuko ubutware bwiwe ari ubutware bwo gushika igihe kitagira urugero, n’ubwami bwiwe bukaba ubw’iyaruka ku rindi+.
-
-
Daniyeli 12:7Bibiliya y’isi nshasha
-
-
7 Nuko ntangura kwumva wa muntu yambaye impuzu y’ilino, wa wundi yari hejuru y’amazi y’umugezi, igihe yari adugije ukuryo kwiwe n’ukubamfu kwiwe yerekeza mu majuru akarahira+ Umwe abaho igihe kitagira urugero+, ngo: “Ni ivy’igihe cashinzwe, ibihe vyashinzwe, n’igice+. Kandi ukujanjagura inkomezi z’aberanda nikwamara kurangira+, ivyo vyose bizoshika kw’iherezo ryavyo.”
-