ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 32:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Kuko ntarika ukuboko kwanje mw’ijuru ndahira+,

      Nkavuga koko nti: “Ndahiye ukubaho kwanje kw’ibihe bidahera+,”

  • Yobu 27:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 “Ndahiye ukubaho kw’Imana+, yo yandiriye urubanza+,

      Kandi ndahiye ukubaho kwa Mushoboravyose, we yatumye umutima wanje udundumirwa+,

  • Yeremiya 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Kandi niwarahira+ koko uti: ‘Ndahiye ukubaho kwa Yehova, mu kuri+, mu butungane no mu bugororotsi+!’, amahanga azoheza rero yiheshe koko umuhezagiro muri we, kandi ni we azokwirata+.”

  • Yeremiya 12:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.

  • Ivyahishuwe 10:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Maze wa mumarayika nabona ahagaze ku kiyaga no kw’isi aduza ukuboko kwiwe kw’ukuryo akwerekeza mw’ijuru+,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika