6 Nya mugore na we ahungira mu gahinga+, aho afise ikibanza categuwe n’Imana, kugira ngo bahamugaburirire+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu+.
14 Mugabo amababa abiri ya ya nkona nini+ ahabwa uwo mugore, kugira ngo aguruke aje mu gahinga+ mu kibanza ciwe; aho ni ho agaburirirwa+ igihe n’ibihe n’igice c’igihe+, kure ya ya nzoka+.