Matayo 4:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Mugabo amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Umuntu ntakabeshweho n’umukate gusa, mugabo azobeshwaho n’ijambo ryose rizanana mu kanwa ka Yehova+.’” Luka 12:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Umukama na we avuga ati: “None ni nde mubwiriza w’umwizigirwa+, w’ubwenge+, uwo shebuja azoshinga umugwi w’abasuku biwe ngo agume abaha ingero yabo y’ibifungurwa ku gihe kibereye+?
4 Mugabo amwishura ati: “Vyanditswe ngo: ‘Umuntu ntakabeshweho n’umukate gusa, mugabo azobeshwaho n’ijambo ryose rizanana mu kanwa ka Yehova+.’”
42 Umukama na we avuga ati: “None ni nde mubwiriza w’umwizigirwa+, w’ubwenge+, uwo shebuja azoshinga umugwi w’abasuku biwe ngo agume abaha ingero yabo y’ibifungurwa ku gihe kibereye+?