Itanguriro 41:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 “Ubu rero Farawo narondere umugabo w’ubwenge kandi w’inkerebutsi, amushire ku gihugu ca Misiri+. Gusubira mu vyagezwe 1:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’
13 Nimurondere abagabo b’inkerebutsi, b’ubwenge+ kandi bazi utuntu n’utundi+ bo mu miryango yanyu, kugira ndabagire abakuru banyu+.’