ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Matayo 24:45
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 45 “None ni nde mushumba w’umwizigirwa kandi w’ubwenge+ shebuja yashinze abakozi biwe bo mu nzu, kugira abahe ibifungurwa vyabo ku gihe kibereye+?

  • Matayo 25:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Shebuja amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza kandi w’umwizigirwa+! Wabaye umwizigirwa+ kuri bikeya. Nzogushinga vyinshi+. Injira mu kanyamuneza+ ka shobuja.’

  • Luka 19:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Nuko amubwira ati: ‘Wakoze neza, mushumba mwiza! Ko werekanye ko uri umwizigirwa mu kintu gitoyi cane, nugire ububasha ku bisagara cumi+.’

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika