ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 24:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Nuko Aburahamu abwira umusuku wiwe, uwari akuze kuruta abandi mu rugo rwiwe, yayobora ivyo yari afise vyose+, ati: “Ndakwinginze ushire ukuboko kwawe munsi y’itako ryanje+,

  • 1 Abakorinto 4:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.

  • 2 Abatesalonika 2:15
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 15 Nuko rero, bene wacu, muhagarare mushikamye+ kandi mugumye ivyo mwashikirijwe+, vyaba vyaciye ku butumwa bwo ku munwa canke kw’ikete ryacu.

  • 1 Petero 4:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nk’uko umwe wese yaronse ingabirano, muyikoreshe mu gukoreranira nk’ababwiriza beza b’ubuntu ata wari abukwiriye bw’Imana bwerekanwa mu buryo butari bumwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika