Itanguriro 15:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?” Itanguriro 41:40 Bibiliya y’isi nshasha 40 Ni wewe uzogaba inzu yanje+, kandi abantu banje bose bazokugamburukira baherezeko+. Ku bijanye n’intebe y’ubwami gusa ni ho nzokuruta+.” 1 Abakorinto 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Bitayeko, muri ivyo, ikironderwa mu babwiriza+ ni uko umuntu asangwa ari umwizigirwa+.
2 Aburamu na we avuga ati: “Mukama Segaba Yehova, uzompa iki, ko ndiko ndagenda ata kana nsize, uwuzokwegukira inzu yanje akaba ari Eliyezeri+ umuntu w’i Damasiko?”
40 Ni wewe uzogaba inzu yanje+, kandi abantu banje bose bazokugamburukira baherezeko+. Ku bijanye n’intebe y’ubwami gusa ni ho nzokuruta+.”