1 Abami 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Aravye, erega, ehe ku mutwe wiwe hari agatsima k’umuzingi+ kari ku mabuye ashuhijwe be n’ikarabiya ry’amazi. Nuko atangura kurya no kunywa, hanyuma asubira kuryama. Imigani 30:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Ububeshi be n’ijambo ry’ikinyoma ubinshire kure+. Ntumpe ubworo, ntumpe n’ubutunzi+. Reka ndyane akayabagu ibifungurwa ngenewe+,
6 Aravye, erega, ehe ku mutwe wiwe hari agatsima k’umuzingi+ kari ku mabuye ashuhijwe be n’ikarabiya ry’amazi. Nuko atangura kurya no kunywa, hanyuma asubira kuryama.
8 Ububeshi be n’ijambo ry’ikinyoma ubinshire kure+. Ntumpe ubworo, ntumpe n’ubutunzi+. Reka ndyane akayabagu ibifungurwa ngenewe+,