Ivyahishuwe 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.” Ivyahishuwe 12:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nya mugore na we ahungira mu gahinga+, aho afise ikibanza categuwe n’Imana, kugira ngo bahamugaburirire+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu+.
3 Kandi vya vyabona vyanje bibiri+ nzotuma bivuga ubuhanuzi+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu vyambaye amagunira+.”
6 Nya mugore na we ahungira mu gahinga+, aho afise ikibanza categuwe n’Imana, kugira ngo bahamugaburirire+ imisi igihumbi n’amajana abiri na mirongo itandatu+.