Kuvayo 19:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+. Yesaya 40:31 Bibiliya y’isi nshasha 31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”
4 ‘Ubwanyu mwariboneye ivyo nakoreye Abanyamisiri+, kugira ngo mwebwe ndabatware ku mababa y’inkona, ndabazane kuri jewe+.
31 mugabo abizigira+ Yehova bazosubira kugira ububasha+. Bazodugisha amababa nk’inkona+. Bazokwiruka ntibarambirwe; bazogenda ntibaruhe+.”