1 Abami 18:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ukuboko kwa Yehova kuba kuri Eliya+, ku buryo akenyera mu mafyinga+ maze yiruka imbere ya Ahabu gushika i Yezireyeli+. Zaburi 84:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Bazoguma bagenda biyubura mu nkomezi+;Umwe wese araseruka imbere y’Imana i Siyoni+.
46 Ukuboko kwa Yehova kuba kuri Eliya+, ku buryo akenyera mu mafyinga+ maze yiruka imbere ya Ahabu gushika i Yezireyeli+.