ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi uku ni ko mukwiye kubirya: mukenyeye mu mafyinga+, inkweto*+ ziri ku birenge vyanyu, n’inkoni yanyu mu kuboko kwanyu; kandi mutegerezwa kubirya mwihuta. Ni pasika* ya Yehova+.

  • 2 Abami 4:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.”

  • 2 Abami 9:1
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 9 Nuko Elisha umuhanuzi ahamagara umwe mu bahungu+ b’abahanuzi hanyuma amubwira ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ uheze utore aka gakarabo+ k’amavuta mu kuboko kwawe maze uje i Ramoti-gileyadi+.

  • 1 Petero 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ku bw’ico, mutubike imizirikanyi yanyu ku bw’igikorwa+, muzigame ubwenge bwanyu rwose+; mushingire icizigiro canyu ku buntu ata wari abukwiriye+ muzozanirwa igihe c’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika