1 Abami 18:46 Bibiliya y’isi nshasha 46 Ukuboko kwa Yehova kuba kuri Eliya+, ku buryo akenyera mu mafyinga+ maze yiruka imbere ya Ahabu gushika i Yezireyeli+. 2 Abami 4:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.” Luka 12:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 “Nimukenyere mu mafyinga+, n’amatara+ yanyu agume yaka,
46 Ukuboko kwa Yehova kuba kuri Eliya+, ku buryo akenyera mu mafyinga+ maze yiruka imbere ya Ahabu gushika i Yezireyeli+.
29 Elisha aca abwira Gehazi+ ati: “Kenyera mu kiyunguyungu+ maze ufate inkoni yanje+ mu kuboko kwawe uheze ugende. Nihagira uwo muhura, ntumuramutse+; kandi nihagira uwukuramutsa, ntumwishure. Hanyuma ushire inkoni yanje mu maso h’ako gahungu+.”