ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Kuvayo 12:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Kandi uku ni ko mukwiye kubirya: mukenyeye mu mafyinga+, inkweto*+ ziri ku birenge vyanyu, n’inkoni yanyu mu kuboko kwanyu; kandi mutegerezwa kubirya mwihuta. Ni pasika* ya Yehova+.

  • 1 Abami 18:46
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 46 Ukuboko kwa Yehova kuba kuri Eliya+, ku buryo akenyera mu mafyinga+ maze yiruka imbere ya Ahabu gushika i Yezireyeli+.

  • Imigani 31:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Yakenyeje amafyinga yiwe inkomezi, kandi aha ingoga amaboko yiwe+.

  • Abanyefeso 6:14
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 14 Muhagarare mushikamye rero, mukenyeje+ ukuri+ mu mafyinga, mwambaye ubugororotsi nk’igikingirizo c’igikiriza+,

  • 1 Petero 1:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 Ku bw’ico, mutubike imizirikanyi yanyu ku bw’igikorwa+, muzigame ubwenge bwanyu rwose+; mushingire icizigiro canyu ku buntu ata wari abukwiriye+ muzozanirwa igihe c’ihishurwa+ rya Yezu Kristu.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika