2 Abami 8:28 Bibiliya y’isi nshasha 28 Nuko ajana na Yehoramu mwene Ahabu mu ntambara yo kurwanya Hazayeli+ umwami wa Siriya i Ramoti-gileyadi+, mugabo Abasiriya bagarika+ Yehoramu. 2 Ngoma 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Agendera kandi mu mpanuro yabo+, ku buryo ajana na Yehoramu+ mwene Ahabu umwami wa Isirayeli mu ntambara yo kurwanya Hazayeli+ umwami wa Siriya i Ramoti-gileyadi+, ari yo abarashi barasiyemwo Yehoramu+.
28 Nuko ajana na Yehoramu mwene Ahabu mu ntambara yo kurwanya Hazayeli+ umwami wa Siriya i Ramoti-gileyadi+, mugabo Abasiriya bagarika+ Yehoramu.
5 Agendera kandi mu mpanuro yabo+, ku buryo ajana na Yehoramu+ mwene Ahabu umwami wa Isirayeli mu ntambara yo kurwanya Hazayeli+ umwami wa Siriya i Ramoti-gileyadi+, ari yo abarashi barasiyemwo Yehoramu+.