38 Mu muryango wa Gadi+ hatangwa igisagara c’ubuhungiro ku bw’uwishe umuntu, ari co Ramoti i Gileyadi+, n’itongo ry’uburagiriro ryaho, na Mahanayimu+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
3 Umwami wa Isirayeli abwira rero abasuku biwe ati: “Ubwo koko murazi yuko Ramoti-gileyadi+ ari iyacu? Yamara turiko tugonanwa kuyikura mu kuboko kw’umwami wa Siriya.”