ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+.

  • Yosuwa 20:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.

  • 1 Abami 22:3
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 3 Umwami wa Isirayeli abwira rero abasuku biwe ati: “Ubwo koko murazi yuko Ramoti-gileyadi+ ari iyacu? Yamara turiko tugonanwa kuyikura mu kuboko kw’umwami wa Siriya.”

  • 1 Ngoma 6:80
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 80 ku vy’umuryango wa Gadi+, hatangwa Ramoti+ i Gileyadi n’amatongo y’uburagiriro yaho, Mahanayimu+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika