Yosuwa 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.
8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.