ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 4:43
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+.

  • Yosuwa 21:36
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 36 Mu muryango wa Rubeni+ hatangwa Bezeri+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, na Yahazi+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,

  • 1 Ngoma 6:78
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 78 mu karere ka Yorodani aharabana n’i Yeriko, mu buseruko bwa Yorodani, bahabwa ibisagara bikuwe ku vy’umuryango wa Rubeni+, ari vyo Bezeri+ mu gahinga be n’amatongo y’uburagiriro yaho, Yahazi+ n’amatongo y’uburagiriro yaho,

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika