Gusubira mu vyagezwe 4:43 Bibiliya y’isi nshasha 43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+. Yosuwa 20:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.
43 Na vyo ni ibi: Bezeri+ mu gahinga ku matāba, ku bw’Abarubeni; na Ramoti+ i Gileyadi ku bw’Abagadi; na Golani+ i Bashani ku bw’Abamanase+.
8 Mu karere ka Yorodani, aharabana na Yeriko, amaja mu buseruko, batanga Bezeri+ mu gahinga ku mataba mu muryango wa Rubeni+, na Ramoti+ muri Gileyadi mu muryango wa Gadi, be na Golani+ muri Bashani mu muryango wa Manase.