1 Ngoma 6:78 Bibiliya y’isi nshasha (nwt) 78 Bararonse n’ibisagara bikuwe ku muryango w’Abarubeni mu karere ka Yorodani, hafi ya Yeriko mu buseruko bwa Yorodani. Ivyo bisagara ni Bezeri mu gahinga n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Yahazi+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo,
78 Bararonse n’ibisagara bikuwe ku muryango w’Abarubeni mu karere ka Yorodani, hafi ya Yeriko mu buseruko bwa Yorodani. Ivyo bisagara ni Bezeri mu gahinga n’amatongo yaho yo kuragiramwo, Yahazi+ n’amatongo yaho yo kuragiramwo,