Guharura 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli. Yosuwa 13:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 na Yahazi+ na Kedemoti+ na Mefayati+,
23 Sihoni ntiyemerera Isirayeli guca mu karere kiwe+, mugabo Sihoni akoranya abantu biwe bose maze asohoka guhura na Isirayeli mu gahinga, ashika i Yahazi+ hanyuma atangura kurwana na Isirayeli.