2 Abami 8:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ku musi ukurikira, Hazayeli atora igisaswa agikoza mu mazi araheza agisanza mu maso hiwe+, arapfa+. Nuko Hazayeli+ atangura kuganza mu kibanza ciwe. 2 Abami 10:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli,
15 Ku musi ukurikira, Hazayeli atora igisaswa agikoza mu mazi araheza agisanza mu maso hiwe+, arapfa+. Nuko Hazayeli+ atangura kuganza mu kibanza ciwe.
32 Muri iyo misi Yehova atangura guhimbura Isirayeli igihimba ku kindi; nuko Hazayeli+ aguma abasasika mu karere kose ka Isirayeli,