1 Abami 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Zimuri arinjira maze aramugarika+, aramwica, mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Asa umwami wa Yuda, hanyuma atangura kuganza mu kibanza ciwe. 2 Abami 11:1 Bibiliya y’isi nshasha 11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+. 2 Abami 15:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe. Yesaya 33:1 Bibiliya y’isi nshasha 33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+.
10 Nuko Zimuri arinjira maze aramugarika+, aramwica, mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Asa umwami wa Yuda, hanyuma atangura kuganza mu kibanza ciwe.
11 Nayo Ataliya+ nyina wa Ahaziya+, abona ko umuhungu wiwe yari yapfuye. Arahaguruka rero, atikiza abo mu nda y’ingoma* bose+.
10 Nuko Shalumu mwene Yabeshi amugīra umugambi mubi+ hanyuma amugarikira+ i Ibuleyamu+, aramwica maze atangura kuganza mu kibanza ciwe.
33 Uragowe wewe unyaga kandi ubwawe utanyagwa, nawe uhemuka kandi abandi bataguhemukiye+! Ukirangiza kunyaga, uzonyagwa+. Ugiheza guhemuka, bazoguhemukira+.