2 Abami 18:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata. 2 Ngoma 28:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Kuko Ahazi yakovye inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’iz’abaganwa+, gutyo agaha ingabirano umwami wa Ashuri+; mugabo ivyo nta co vyamufashije. Yesaya 10:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 “Ahaa! Umwashuri+, inkoni y’ishavu ryanje+, n’agakoni kari mu kuboko kwabo ku bw’imisibo yanje!
13 Mu mwaka ugira cumi na kane w’Umwami Hezekiya, Senakeribu+ umwami wa Ashuri+ aduga gutera ibisagara vyose vya Yuda bikingijwe ibihome, arabifata.
21 Kuko Ahazi yakovye inzu ya Yehova+ n’inzu y’umwami+ n’iz’abaganwa+, gutyo agaha ingabirano umwami wa Ashuri+; mugabo ivyo nta co vyamufashije.