2 Ngoma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.