1 Abami 14:26 Bibiliya y’isi nshasha 26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+. 2 Abami 14:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Atora inzahabu zose n’ifeza zose n’ibintu vyose vyari mu nzu ya Yehova+ no mu matunga y’inzu y’umwami n’abagizwe imbohe, araheza asubira i Samariya.
26 Atwara amatunga y’inzu ya Yehova n’amatunga y’inzu y’umwami+; atwara ikintu cose+. Atwara kandi za nkinzo zose z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
14 Atora inzahabu zose n’ifeza zose n’ibintu vyose vyari mu nzu ya Yehova+ no mu matunga y’inzu y’umwami n’abagizwe imbohe, araheza asubira i Samariya.