2 Ngoma 12:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+. Zaburi 39:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ni ukuri, umuntu burya agendagenda ari ishusho nsa+.Ni ukuri, basebagirikira ubusa+.Umuntu ararundanya ibintu, ntamenye uwuzobitwara+.
9 Nuko Shishaki+ umwami wa Misiri aduga gutera Yeruzalemu maze atwara amatunga y’inzu ya Yehova+ n’amatunga y’inzu y’umwami+. Atwara ikintu cose; gutyo atwara za nkinzo z’inzahabu Salomo yari yarakoze+.
6 Ni ukuri, umuntu burya agendagenda ari ishusho nsa+.Ni ukuri, basebagirikira ubusa+.Umuntu ararundanya ibintu, ntamenye uwuzobitwara+.