Yesaya 10:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+. Matayo 7:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 kuko urubanza muca ari rwo namwe muzocirwa+; kandi ingero mugeresha ni yo namwe bazobagererako+.
12 “Kandi uku ni ko bitegerezwa kuba: Yehova niyarangiza igikorwa ciwe cose ku musozi Siyoni n’i Yeruzalemu, nzogira ico mbaza ku bw’ivyamwa vy’ukutisonera kw’umutima w’umwami wa Ashuri, no ku bw’ukwibona ubuhambare kw’amaso yiwe yishira hejuru+.