2 Abami 18:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Rabushake+ ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+? 2 Abami 18:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’” Zaburi 18:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Kuko abantu b’abarushwa wewe ubwawe uzobakiza+;Mugabo amaso yibona uzoyashira hasi+.
19 Rabushake+ ababwira rero ati: “Ndabinginze mubwire Hezekiya muti: ‘Ibi ni vyo umwami ahambaye+, umwami wa Ashuri, avuze: “Ico cizigiro wizigiye ni nyabaki+?
35 Mu mana zose z’ibihugu, ni izihe zarokoye ibihugu vyazo mu kuboko kwanje+, ku buryo Yehova yorokora Yeruzalemu mu kuboko kwanje+?”’”