2 Abami 19:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.” 2 Ngoma 32:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Ibi ni vyo Senakeribu umwami wa Ashuri avuze+: ‘Mwizigiye iki aho mwicaye mutekanye, kandi musugerejwe i Yeruzalemu+? Zaburi 4:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Yemwe bana b’abantu, ubuninahazwa bwanje+ buzoba ubwo gutukwa gushika ryari,Mu gihe muguma mukunda ibintu ata co bimaze,Mu gihe muguma murondera ikinyoma? Sela. Yesaya 36:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Niwambwira na ho ngo: ‘Yehova Imana yacu ni we twizigiye,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya yakuyeho+, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama+’?”’ Yesaya 37:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu+ ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”
10 “Ibi ni vyo Senakeribu umwami wa Ashuri avuze+: ‘Mwizigiye iki aho mwicaye mutekanye, kandi musugerejwe i Yeruzalemu+?
2 Yemwe bana b’abantu, ubuninahazwa bwanje+ buzoba ubwo gutukwa gushika ryari,Mu gihe muguma mukunda ibintu ata co bimaze,Mu gihe muguma murondera ikinyoma? Sela.
7 Niwambwira na ho ngo: ‘Yehova Imana yacu ni we twizigiye,’ mbega si we nyen’ibibanza bikirurutse+ na nyen’ibicaniro Hezekiya yakuyeho+, akabwira Yuda na Yeruzalemu ati: ‘Imbere y’iki gicaniro ni ho muzokwunama+’?”’
10 “Mubwire Hezekiya umwami wa Yuda muti: ‘Imana wizigira ntiguhende+, mu kuvuga ngo: “Yeruzalemu ntizotangwa mu kuboko kw’umwami wa Ashuri+.”